Zaburi 91:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+. Zaburi 119:133 Bibiliya y’isi nshasha 133 Nushimangire intambuko zanje mw’ijambo ryawe+,Kandi ntihagire ikibi na kimwe ciganza kuri jewe+.