Zaburi 18:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.Abera inkinzo abahungira muri we bose+. Zaburi 119:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Imbere y’uko nshikirwa n’amarushwa, naracumura bivuye ku kwihenda+,Ariko ubu naragumije ijambo ryawe+.
30 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.Abera inkinzo abahungira muri we bose+.
67 Imbere y’uko nshikirwa n’amarushwa, naracumura bivuye ku kwihenda+,Ariko ubu naragumije ijambo ryawe+.