Abalewi 5:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Kandi nimba umuntu acumuye mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, naho yoba atari yabimenye+, ntikibuza ko yagirwa n’icaha, kandi ategerezwa kwishura ikosa ryiwe+. Abagalatiya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+. 1 Timoteyo 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.
17 “Kandi nimba umuntu acumuye mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, naho yoba atari yabimenye+, ntikibuza ko yagirwa n’icaha, kandi ategerezwa kwishura ikosa ryiwe+.
6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+.
13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.