Abalewi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ibisigaye kuri nya shikanwa ry’intete ni ivya Aroni n’abahungu biwe+, bwa kintu ceranda rwose+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Guharura 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Intererano+ yose yo ku bintu vyeranda+ vyose vya bene Isirayeli, ivyo bazoshikiriza umuherezi, ikwiye kuba iyiwe+.
3 Ibisigaye kuri nya shikanwa ry’intete ni ivya Aroni n’abahungu biwe+, bwa kintu ceranda rwose+ kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro.
9 “‘Intererano+ yose yo ku bintu vyeranda+ vyose vya bene Isirayeli, ivyo bazoshikiriza umuherezi, ikwiye kuba iyiwe+.