1 Samweli 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Elikana aja i Rama ku nzu iwe; nayo nya gahungu, kaba agasuku+ ka Yehova imbere ya Eli umuherezi. 1 Samweli 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi Samweli yakorera+ imbere ya Yehova, ari agahungu gakenyeye efodi* y’ilino+.
11 Maze Elikana aja i Rama ku nzu iwe; nayo nya gahungu, kaba agasuku+ ka Yehova imbere ya Eli umuherezi.