1 Samweli 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Elikana aja i Rama ku nzu iwe; nayo nya gahungu, kaba agasuku+ ka Yehova imbere ya Eli umuherezi. 1 Samweli 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Samweli aguma aryamye gushika mu gitondo. Maze yugurura imiryango y’inzu ya Yehova+. Kandi Samweli yaratinya kwiganira Eli ivyo yari yeretswe+. Imigani 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbere biciye ku ngeso ziwe, umwana aramenyekana ko ivyo akora vyoba bityoroye kandi bigororotse+.
11 Maze Elikana aja i Rama ku nzu iwe; nayo nya gahungu, kaba agasuku+ ka Yehova imbere ya Eli umuherezi.
15 Samweli aguma aryamye gushika mu gitondo. Maze yugurura imiryango y’inzu ya Yehova+. Kandi Samweli yaratinya kwiganira Eli ivyo yari yeretswe+.