Zaburi 58:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ababisha bagoramye kuva bakiri mu gitereko+;Bayerereye kuva bakiri mu nda;Bavuga ibinyoma+. Imigani 22:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ubupfu buboheye ku mutima w’umwana+; inkoni y’indero ni yo izobwigiza kure yiwe+. Matayo 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 N’igiti ciza cose cama ivyamwa vyiza, mugabo igiti cose kibi cama ivyamwa ata co bimaze+; Luka 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;
15 kuko azoba mukuru imbere ya Yehova+. Mugabo ntaze yigere anywa umuvinyu n’ikinyobwa gikaze+, kandi azokwuzuzwa impwemu nyeranda kuva akiri mu nda ya nyina+;