Zaburi 51:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Raba! Navyariwe mw’ikosa mu bubabare bwo kwibaruka+,Kandi mawe yansamiye inda mu gicumuro+. Yesaya 48:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Vyongeye, ntiwumvise+, eka ntiwamenye, eka kandi kuva ico gihe ugutwi kwawe ntikwuguruwe. Kuko nzi neza yuko wagumye vy’ukuri uhemuka+, ukitwa ‘umugabitanyi kuva uvuye mu nda+.’
8 “Vyongeye, ntiwumvise+, eka ntiwamenye, eka kandi kuva ico gihe ugutwi kwawe ntikwuguruwe. Kuko nzi neza yuko wagumye vy’ukuri uhemuka+, ukitwa ‘umugabitanyi kuva uvuye mu nda+.’