Yeremiya 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda zampemukiye koko,” ni ko Yehova avuze+. Yeremiya 9:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ese iyo mba mfise mu gahinga ahantu h’uburaro h’ingenzi+! Nohevye rero abantu banje nkaja kure yabo, kuko bose ari abarenga ibigo+, ikoraniro ry’agakūra ry’ibihemu+; Malaki 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+.
2 Ese iyo mba mfise mu gahinga ahantu h’uburaro h’ingenzi+! Nohevye rero abantu banje nkaja kure yabo, kuko bose ari abarenga ibigo+, ikoraniro ry’agakūra ry’ibihemu+;
11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+.