Yeremiya 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uragororotse+, ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje, egome, iyo mvuganye nawe ibijanye n’urubanza. Kubera iki inzira y’ababisha iroraniwe+, abakora ivy’ubuhemu bose bakaba batagira amaganya? Hoseya 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+. Hoseya 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko bo, nk’umuntu yakuwe mw’ivu, barahonyanze rya sezerano+. Aho ni ho bampemukiriye+. Malaki 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+.
12 Uragororotse+, ewe Yehova, iyo ndagushikirije ikirego canje, egome, iyo mvuganye nawe ibijanye n’urubanza. Kubera iki inzira y’ababisha iroraniwe+, abakora ivy’ubuhemu bose bakaba batagira amaganya?
7 Bahemukiye Yehova ubwiwe+, kuko bavyaye abana b’ahandi+. Ubu rero mu kwezi kumwe bazorotsanywa n’imigabane yabo+.
11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+.