Gusubira mu vyagezwe 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ibuka: Ntiwibagire ingene wateye ishavu Yehova Imana yawe mu gahinga+. Kuva kuri wa musi wava mu gihugu ca Misiri gushika uje aha hantu, mwabaye abagarariji mu nyifato mugira kuri Yehova+. Zaburi 58:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ababisha bagoramye kuva bakiri mu gitereko+;Bayerereye kuva bakiri mu nda;Bavuga ibinyoma+. Zaburi 95:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,Ndaheza mvuga nti:“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;
7 “Ibuka: Ntiwibagire ingene wateye ishavu Yehova Imana yawe mu gahinga+. Kuva kuri wa musi wava mu gihugu ca Misiri gushika uje aha hantu, mwabaye abagarariji mu nyifato mugira kuri Yehova+.
10 Mu kiringo c’imyaka mirongo ine, nagumye numva nshishwe n’iryo yaruka+,Ndaheza mvuga nti:“Ni abantu b’umutima wigira ibiro biteze+,Kandi bo ubwabo ntibamenye inzira zanje+”;