1 Samweli 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Elikana aja i Rama ku nzu iwe; nayo nya gahungu, kaba agasuku+ ka Yehova imbere ya Eli umuherezi. 1 Samweli 3:1 Bibiliya y’isi nshasha 3 Muri ico gihe, ako gahungu Samweli kakorera+ Yehova imbere ya Eli, kandi ijambo rya Yehova+ ryari risigaye ari imbonekarimwe muri iyo misi+; nta yerekwa+ ryakwiragizwa.
11 Maze Elikana aja i Rama ku nzu iwe; nayo nya gahungu, kaba agasuku+ ka Yehova imbere ya Eli umuherezi.
3 Muri ico gihe, ako gahungu Samweli kakorera+ Yehova imbere ya Eli, kandi ijambo rya Yehova+ ryari risigaye ari imbonekarimwe muri iyo misi+; nta yerekwa+ ryakwiragizwa.