-
Amosi 6:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 Kandi mwene wabo na se azobwirizwa kubatwara hanze umwumwe, abaturire umwumwe, kugira ngo asohore amagufa muri nya nzu+. Kandi azobwirizwa kubaza umuntu wese ari mu bwigobeko bwa nya nzu ati: ‘Hari abandi muri kumwe?’ Na we azovuga koko ati: ‘Nta n’umwe!’ Nya muntu na we azobwirizwa kuvuga ati: ‘Cereza! Kuko atari igihe co gucisha mu kanwa izina rya Yehova+.’”
-