ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 85:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Nzokwumva ico Imana y’ukuri Yehova izovuga+,

      Kuko izoyaga amahoro ku bantu bayo+ no ku ntahemuka zayo,

      Mugabo ntibasubire kwiyizigira+.

  • Yesaya 55:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kubera iki muguma mutanga amahera ku bitari ibifungurwa*, mugacumukurira ibidahaza+? Nimunyumvirize mwitonze, murye ibiryoshe+, muryoherwe cane n’ikinure+.

  • Daniyeli 10:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Araheza avuga ati: “Ntutinye+, ewe muntu ahimbaye cane+! Gira amahoro+. Nukomere, emwe, ukomere+.” Akivugana nanje, ndinanata, ndaheza mvuga nti: “Umukama wanje navuge+, kuko unkomeje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika