ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 36:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Banywa ibinure vyo mu nzu yawe bagahozagara+;

      Ubanywesha ku ruzi rw’isumo rw’ibinezereza vyawe+.

  • Zaburi 63:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Umutima wanje uhāze nk’uwuriye igihimba ciza kuruta ibindi, emwe, ikinure+,

      Akanwa kanje na ko gashikana ishemezo gakoresheje iminwa yuzuye akamo k’umunezero+.

  • Matayo 22:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yongera atuma abandi bashumba+, avuga ati: ‘Mubwire abatumiwe muti: “Ehe nateguye imfungurwa zanje zo ku mutaga+, amashūri yanje n’ibitungwa vyadoheshejwe vyabazwe, kandi ibintu vyose birateguwe. Nimuze ku nzimano y’ubugeni+.”’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika