Zaburi 43:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+. Zaburi 71:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Iminwa yanje izokwiha akamo k’umunezero igihe nzoba numva noguhibongoreza+,Emwe, jewe uwo wacunguye+. Zaburi 135:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Shemeze Ya, kuko Yehova ari mwiza+.Nimuhibongoreze izina ryiwe, kuko bihimbaye+.
4 Nanje nzoza ku gicaniro c’Imana+,Ku Mana, yo munezero wanje w’umwigino+.Kandi nzoguhaya ku nanga, ewe Mana, Mana yanje+.
23 Iminwa yanje izokwiha akamo k’umunezero igihe nzoba numva noguhibongoreza+,Emwe, jewe uwo wacunguye+.