Abalewi 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kuko uwo wese ariye ikinure kivuye ku gikoko yakuyeko ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, uwo muntu akiriyeko ategerezwa kurandurwa+ mu bantu b’iwabo. Zaburi 36:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Banywa ibinure vyo mu nzu yawe bagahozagara+;Ubanywesha ku ruzi rw’isumo rw’ibinezereza vyawe+. Yeremiya 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umutima w’abaherezi nzowuzuza ibinure+, kandi abantu banje bazohaga ukumera neza kwanje+,” ni ko Yehova avuze.
25 Kuko uwo wese ariye ikinure kivuye ku gikoko yakuyeko ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, uwo muntu akiriyeko ategerezwa kurandurwa+ mu bantu b’iwabo.
14 Umutima w’abaherezi nzowuzuza ibinure+, kandi abantu banje bazohaga ukumera neza kwanje+,” ni ko Yehova avuze.