Abacamanza 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!” 1 Ngoma 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Amaherezo bashira ibirwanisho vyiwe mu nzu y’imana yabo+, agahanga kiwe na ko bakamanika ku nzu ya Dagoni+. Zaburi 115:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibigirwamana vyabo ni ifeza n’inzahabu+,Igikorwa c’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu+.
23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”
10 Amaherezo bashira ibirwanisho vyiwe mu nzu y’imana yabo+, agahanga kiwe na ko bakamanika ku nzu ya Dagoni+.