Abacamanza 16:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!” 1 Samweli 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Hanyuma Abafilisitiya bafata nya sandugu y’Imana y’ukuri, bayinjiza mu nzu ya Dagoni baraheza bayihagarika iruhande ya Dagoni+.
23 Nayo ba batware b’urunani b’Abafilisitiya, bakoranira hamwe kugira bashikanire ikimazi gikomeye Dagoni+ imana yabo no kugira banezerwe; baguma bavuga bati: “Imana yacu yatanze mu kuboko kwacu Samusoni umwansi wacu+!”
2 Hanyuma Abafilisitiya bafata nya sandugu y’Imana y’ukuri, bayinjiza mu nzu ya Dagoni baraheza bayihagarika iruhande ya Dagoni+.