ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 13:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 (guhera kw’ishami rya Nili riri aharabana na Misiri gushika ku mupaka wa Ekuroni mu buraruko+, hahora haharurwa ko hegukira Abanyakanani+); abatware b’urunani batanu+ b’Abafilisitiya, Abanyegaza+ n’Abashidodi+, Abashikeloni+, Abagiti+ n’Abekuroni+; n’Abavimu+.

  • 1 Samweli 5:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ku bw’ivyo barungika nya sandugu y’Imana y’ukuri i Ekuroni+. Maze iyo sandugu y’Imana y’ukuri ikimara gushika i Ekuroni, Abanyekuroni batangura gusemerera bati: “Bazanye ya sandugu y’Imana ya Isirayeli iwanje kugira batwice twe n’abantu banje+!”

  • 2 Abami 1:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze Ahaziya agwa hasi+ aciye mu kayungiro ko mu cumba ciwe co hejuru+ cari i Samariya hanyuma ararwara. Atuma rero intumwa, azibwira ati: “Nimugende musiguze+ Bayali-zebubi+ imana ya Ekuroni+ nimba nzokira iyi ndwara+.”

  • Amosi 1:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi i Ashidodi+ nzoharandura uwuhaba, n’i Ashikeloni+ ndaharandure uwufashe agakoni k’ubutware; nzogarukana ukuboko kwanje+ kuri Ekuroni+, kandi abasigaye bo mu Bafilisitiya bazoyogera ata kabuza+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika