2 Ngoma 20:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yehoshafati aca aratinya+ maze yiyemeza kurondera Yehova+. Atangaza rero ko Yuda yose yisonzesha+. Nehemiya 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwo kwezi+, bene Isirayeli bakoranira hamwe bisonzesheje+ kandi bambaye amagunira*+, bishizeko n’ivu+. Yoweli 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+.
9 Ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwo kwezi+, bene Isirayeli bakoranira hamwe bisonzesheje+ kandi bambaye amagunira*+, bishizeko n’ivu+.
12 “Kandi n’ubu nyene,” ni ko Yehova avuze, “nimungarukeko n’imitima yanyu yose+, mwisonzesha+, murira, muboroga+.