Abalewi 26:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+, Abacamanza 10:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Bene Isirayeli batangura rero gutabaza Yehova+, bati: “Twaragucumuyeko+, kuko twahevye Imana yacu tukaba dukorera za Bayali+.” 1 Abami 8:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’; Zaburi 106:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twaracumuye cokimwe na ba sogokuruza bacu+;Twaragize nabi; twakoze ivy’ububisha+.
40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+,
10 Bene Isirayeli batangura rero gutabaza Yehova+, bati: “Twaragucumuyeko+, kuko twahevye Imana yacu tukaba dukorera za Bayali+.”
47 maze bakagarura koko ubwenge mu gihugu bazoba batwawemwo ari imbohe+, hanyuma bakagaruka koko kuri wewe+, bakagusaba+ ubutoni mu gihugu c’ababagize imbohe+, mu kuvuga bati: ‘Twaracumuye+ kandi twarahuvye+, twakoze ivy’ububisha+’;