ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “‘Kandi nimba ishikanwa atanga ngo ribe ishikanwa riturirwa ari irivuye mu mukuku+, mu mpfizi z’intama z’imikangara canke mu mpene, ikigabo+ kitagira agahonzi, ni co azoshikiriza+.

  • Abacamanza 6:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Wubakire igicaniro Yehova Imana yawe ku mutwe w’iki gihome gikomeye, n’umurongo w’amabuye, maze ufate nya kimasa kigira kabiri ugishikane bwa shikanwa riturirwa, ku nkwi za nya gikingi ceranda uzoba wiciye.”

  • 1 Abami 18:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko umuriro+ wa Yehova urakoroka maze urigata nya shikanwa riturirwa+, na nya nkwi, na ya mabuye, n’umukungugu, ufyeta na ya mazi yari mu muvo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika