Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Itanguriro 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 n’Abamori n’Abanyakanani n’Abagirugashi n’Abayebusi+.” Abacamanza 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “‘Ubu rero Yehova Imana ya Isirayeli ni we yomoye Abamori abakura imbere y’abantu biwe ari bo Isirayeli+, none nawe ugomba kwomora abantu biwe.
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
23 “‘Ubu rero Yehova Imana ya Isirayeli ni we yomoye Abamori abakura imbere y’abantu biwe ari bo Isirayeli+, none nawe ugomba kwomora abantu biwe.