1 Timoteyo 5:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+.
22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+.