ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 6:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 babashira imbere y’intumwa, na zo zimaze gusenga, zibarambikako ibiganza+.

  • Ivyakozwe 14:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Vyongeye, bagena abagabo b’inararibonye+ mw’ishengero rimwerimwe ryose ku bwabo, hanyuma barasenga bashizeko n’ukwisonzesha+, babaragiza Yehova+ uwo bari bemeye.

  • 1 Timoteyo 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 ntabe umuntu yizeye vuba+, kugira ngo ntahave yivyimvya+ akagwa mu rubanza rwaciriwe Shetani*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika