Abacamanza 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Baza baravuga ngo: “Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, kubera iki ibi vyashitse muri Isirayeli, umuryango umwe ukabura uyu musi muri Isirayeli+?”
3 Baza baravuga ngo: “Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, kubera iki ibi vyashitse muri Isirayeli, umuryango umwe ukabura uyu musi muri Isirayeli+?”