-
1 Samweli 20:38Bibiliya y’isi nshasha
-
-
38 Yonatani abandanya gusemerera ari inyuma y’uwo musuku ati: “Ihute! Gira ningoga! Ntuhagarare!” Nuko uwo musuku wa Yonatani aja gutora nya myampi maze agaruka kuri shebuja.
-