1 Samweli 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bashika mu gihugu ca Zufi; nuko Sauli abwira umusuku wiwe yari kumwe na we ati: “Ingo dusubire inyuma, kugira ngo dawe ntahave areka kwiyumvira nya ndogobwa, agahagarika umutima koko ku bitwerekeye+.”
5 Bashika mu gihugu ca Zufi; nuko Sauli abwira umusuku wiwe yari kumwe na we ati: “Ingo dusubire inyuma, kugira ngo dawe ntahave areka kwiyumvira nya ndogobwa, agahagarika umutima koko ku bitwerekeye+.”