-
1 Samweli 10:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
2 Niwagenda uvanye nanje uyu musi, uraza kubona abagabo babiri hafi y’imva ya Rasheli+ mu karere ka Benyamini i Zeluza, na bo barakubwira bati: ‘Za ndogobwa z’ingore waja kurondera zarabonetse, mugabo ubu so wawe yahevye ivya nya ndogobwa z’ingore+, ahagarika umutima ku biberekeye, mu kuvuga ati: “Ngira nte ku bijanye n’umuhungu wanje+?”’
-