ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.”

  • 1 Samweli 8:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ariko abantu banka kwumviriza ijwi rya Samweli+, bavuga bati: “Oya, ahubwo umwami ni we azotuganza.

  • 1 Samweli 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ubu rero ng’uyu umwami mwatoye, uwo mwasavye+; kandi ehe Yehova yashizeho umwami wo kubaganza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika