1 Samweli 9:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Na bo barabishura, bati: “Ni ho ari. Ehe, ari imbere yawe. Nunyaruke rero, kuko uyu musi yaje mu gisagara, kubera ko uno musi hari ikimazi+ ku bw’abantu mu kibanza gikirurutse*+.
12 Na bo barabishura, bati: “Ni ho ari. Ehe, ari imbere yawe. Nunyaruke rero, kuko uyu musi yaje mu gisagara, kubera ko uno musi hari ikimazi+ ku bw’abantu mu kibanza gikirurutse*+.