1 Samweli 10:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze impwemu+ ya Yehova ica itangura gukorera kuri wewe, nawe uravuga koko bwa muhanuzi+ uri kumwe na bo kandi urahindurwa ugirwe uwundi muntu. 1 Abami 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+. Zaburi 51:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nureme muri jewe umutima utyoroye, ewe Mana+,Ushire muri jewe impwemu nshasha, ihamye+.
6 Maze impwemu+ ya Yehova ica itangura gukorera kuri wewe, nawe uravuga koko bwa muhanuzi+ uri kumwe na bo kandi urahindurwa ugirwe uwundi muntu.
12 ehe nzokugirira koko nk’uko amajambo yawe ari+. Ehe nzoguha koko umutima ukerebutse kandi utahura+, ku buryo imbere yawe ata wuzoba yarabayeho ameze nkawe, kandi mu nyuma zawe ata wuzohaguruka ameze nkawe+.