1 Samweli 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyo bimenyetso+ nivyagushikako, wigirire ico ukuboko kwawe gushoboye+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+. Yesaya 38:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi iki ni co kimenyetso uhawe kivuye kuri Yehova c’uko Yehova azoshitsa iryo jambo avuze+:
7 Ivyo bimenyetso+ nivyagushikako, wigirire ico ukuboko kwawe gushoboye+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.