ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 11:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kandi aba basavyi bawe bose bazomanuka koko aho ndi bakubite inkoro hasi imbere yanje+, bavuga bati: ‘Genda, wewe n’abantu bose bagukurikira*.’ Inyuma y’ivyo nanje nzosohoka.” Nuko arasohoka, ava kwa Farawo yarunguriye n’ishavu.

  • Kuvayo 32:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Nuko, Musa agishika hafi y’ikambi akabona ya nyana+ n’intambo, ishavu ryiwe ritangura kururumba, ubwo nyene aca ata hasi vya bisate vyari mu kuboko kwiwe, abisabiriza ku ntango y’umusozi+.

  • Abaroma 12:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Urukundo+ rwanyu ntirubemwo ubwiyorobetsi+. Muzinukwe ikibi+, mwumire ku ciza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika