1 Ngoma 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nuko ukuba rurangiranwa kwa Dawidi+ gutangura gukwiragira mu bihugu vyose, kandi Yehova ubwiwe atuma amahanga yose amutinya+.
17 Nuko ukuba rurangiranwa kwa Dawidi+ gutangura gukwiragira mu bihugu vyose, kandi Yehova ubwiwe atuma amahanga yose amutinya+.