1 Samweli 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abagabo b’inararibonye ba Yabeshi na bo bamubwira bati: “Nuduhe ikiringo c’imisi indwi; tuzorungika intumwa mu karere kose ka Isirayeli, hanyuma nimba ata wo kudukiza+ ariyo, tuzoca ata kabuza dusohoka tuze kuri wewe.”
3 Abagabo b’inararibonye ba Yabeshi na bo bamubwira bati: “Nuduhe ikiringo c’imisi indwi; tuzorungika intumwa mu karere kose ka Isirayeli, hanyuma nimba ata wo kudukiza+ ariyo, tuzoca ata kabuza dusohoka tuze kuri wewe.”