1 Samweli 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Nahashi Umwamoni+ araduga hanyuma arakambika ngo atere Yabeshi+ muri Gileyadi. Abagabo bose b’i Yabeshi baca babwira Nahashi bati: “Nugirane isezerano natwe kugira ngo tugukorere+.”
11 Maze Nahashi Umwamoni+ araduga hanyuma arakambika ngo atere Yabeshi+ muri Gileyadi. Abagabo bose b’i Yabeshi baca babwira Nahashi bati: “Nugirane isezerano natwe kugira ngo tugukorere+.”