1 Samweli 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.” 1 Samweli 8:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko Samweli yumviriza amajambo yose y’abo bantu; maze ayavugira mu matwi ya Yehova+.
5 bamubwira bati: “Ehe washaje, mugabo abahungu bawe ntibagendeye mu nzira zawe. Ubu rero nutugenere umwami+ wo kuducira imanza, nk’ayandi mahanga yose.”