1 Samweli 10:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze Samweli abwira abantu bose ati: “Mwabonye uwo Yehova yatoye+, yuko ata n’umwe ameze nka we mu bantu bose?” Nuko abantu bose batangura gusemerera bati: “Umwami nabeho+!” 1 Samweli 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu nyuma Samweli abwira abantu ati: “Ingo tuje i Gilugali+ kugira tunagurireyo ingoma+.”
24 Maze Samweli abwira abantu bose ati: “Mwabonye uwo Yehova yatoye+, yuko ata n’umwe ameze nka we mu bantu bose?” Nuko abantu bose batangura gusemerera bati: “Umwami nabeho+!”