1 Samweli 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abahungu biwe ntibagendera mu nzira ziwe+, mugabo bari bahengamiye ku kurondera inyungu y’akarenganyo+ kandi baremera igiturire+, bakagoreka urubanza+. Ezekiyeli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umuntu acumura ni we azopfa+. Umwana ntazogira ico abazwa kubera ikosa rya se, na se w’umwana ntazogira ico abazwa kubera ikosa ry’umwana+. Ubugororotsi bw’umugororotsi buzoba kuri we ubwiwe+, n’ububisha bw’umubisha buzoba kuri we ubwiwe+.
3 Abahungu biwe ntibagendera mu nzira ziwe+, mugabo bari bahengamiye ku kurondera inyungu y’akarenganyo+ kandi baremera igiturire+, bakagoreka urubanza+.
20 Umuntu acumura ni we azopfa+. Umwana ntazogira ico abazwa kubera ikosa rya se, na se w’umwana ntazogira ico abazwa kubera ikosa ry’umwana+. Ubugororotsi bw’umugororotsi buzoba kuri we ubwiwe+, n’ububisha bw’umubisha buzoba kuri we ubwiwe+.