Gusubira mu vyagezwe 11:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyubare, umutima wanyu ntuhave ukwegakwegwa+, mugakevya, mugasenga izindi mana, mukazunamira+, Gusubira mu vyagezwe 31:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kuko nzi neza yuko ninamara gupfa mutazobura kwikwegera guhona+, kandi ntimuzobura gukevya mukava mu nzira nabategetse; kandi ivyago+ ntibizogenda bitabashikiye ku mpera y’imisi, kuko muzokora ibibi mu maso ya Yehova kugira mumubabarishe ibikorwa vy’amaboko yanyu+.” Yosuwa 23:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Muze mugire umutima rugabo mushikame+, kugira mugumye mwongere mushitse ivyanditswe mu gitabu+ c’itegeko rya Musa vyose mu kutigera mubivako ngo mukebereze iburyo canke ibubamfu+, 1 Samweli 12:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mugabo nimutagamburuka ijwi rya Yehova+, mukagarariza koko itegeko rya Yehova+, ukuboko kwa Yehova kuzobarwanya ata gukeka, mwebwe na ba so+.
29 Kuko nzi neza yuko ninamara gupfa mutazobura kwikwegera guhona+, kandi ntimuzobura gukevya mukava mu nzira nabategetse; kandi ivyago+ ntibizogenda bitabashikiye ku mpera y’imisi, kuko muzokora ibibi mu maso ya Yehova kugira mumubabarishe ibikorwa vy’amaboko yanyu+.”
6 “Muze mugire umutima rugabo mushikame+, kugira mugumye mwongere mushitse ivyanditswe mu gitabu+ c’itegeko rya Musa vyose mu kutigera mubivako ngo mukebereze iburyo canke ibubamfu+,
15 Mugabo nimutagamburuka ijwi rya Yehova+, mukagarariza koko itegeko rya Yehova+, ukuboko kwa Yehova kuzobarwanya ata gukeka, mwebwe na ba so+.