Gusubira mu vyagezwe 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+. Matayo 22:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Amubwira ati: “‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose+.’
5 Kandi utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+ n’inguvu zawe zose+.
37 Amubwira ati: “‘Utegerezwa gukunda Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose n’umuzirikanyi wawe wose+.’