-
Zakariya 14:10Bibiliya y’isi nshasha
-
-
10 “Igihugu cose kizohindurwa kibe nka Araba+, kuva i Geba+ gushika i Rimoni+ mu bumanuko bwa Yeruzalemu; Yeruzalemu izohaguruka ibemwo abantu, mu kibanza cayo+, kuva kw’Irembo rya Benyamini+ gushika ahari Irembo rya Mbere, gushika kw’Irembo ryo mu Mfuruka, no kuva ku Munara wa Hananeli+ gushika ku bikono vy’umwami baganiramwo.
-