1 Samweli 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi uze unyitangire imbere umanuke i Gilugali+; ehe nzomanuka nze aho uri gushikana ibimazi biturirwa, guhereza ibimazi vy’ugusangira+. Uze ugume urindiriye imisi indwi+ gushika nje aho uri, nanje nzokumenyesha koko ico ukwiye gukora.” 1 Samweli 15:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Ndicujije+ koko kubona narimitse Sauli ngo abe umwami, kuko yasubiye inyuma+ akareka kunkurikira, kandi ntashitse amajambo yanje+.” Ivyo bibabaza Samweli+, aguma aririra Yehova ijoro ryose+.
8 Kandi uze unyitangire imbere umanuke i Gilugali+; ehe nzomanuka nze aho uri gushikana ibimazi biturirwa, guhereza ibimazi vy’ugusangira+. Uze ugume urindiriye imisi indwi+ gushika nje aho uri, nanje nzokumenyesha koko ico ukwiye gukora.”
11 “Ndicujije+ koko kubona narimitse Sauli ngo abe umwami, kuko yasubiye inyuma+ akareka kunkurikira, kandi ntashitse amajambo yanje+.” Ivyo bibabaza Samweli+, aguma aririra Yehova ijoro ryose+.