Itanguriro 35:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo baragenda, maze Imana ica ivutu ibisagara vyari hirya no hino yabo+, ku buryo batoma inyuma bene Yakobo. Zaburi 48:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Baravyiboneye, barumirwa.Barahagaritse umutima, bagenda biruka bataye umutwe+. Daniyeli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo mwanya, umwami mu maso hiwe harahinduka, ivyiyumviro vyiwe bitangura kumutera ubwoba+, ingingo z’amafyinga yiwe ziratana+, amavi yiwe na yo arakomangana+.
5 Inyuma y’ivyo baragenda, maze Imana ica ivutu ibisagara vyari hirya no hino yabo+, ku buryo batoma inyuma bene Yakobo.
6 Uwo mwanya, umwami mu maso hiwe harahinduka, ivyiyumviro vyiwe bitangura kumutera ubwoba+, ingingo z’amafyinga yiwe ziratana+, amavi yiwe na yo arakomangana+.