Zaburi 69:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Amaso yabo nacure umwiza kugira ngo ntibabone+;Nutume amafyinga yabo anyoganyoga nantaryo+. Yesaya 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni co gituma amafyinga yanje yuzuye ububabare bukaze+. Ukwigonyonzora kurancakiye, nk’ukwigonyonzora kw’umugore ariko yibaruka+. Nātaye umutwe ku buryo ntumva; nahagaritse umutima ku buryo ntabona.
3 Ni co gituma amafyinga yanje yuzuye ububabare bukaze+. Ukwigonyonzora kurancakiye, nk’ukwigonyonzora kw’umugore ariko yibaruka+. Nātaye umutwe ku buryo ntumva; nahagaritse umutima ku buryo ntabona.