1 Abami 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Na we avuga ati: “Sinazanye ikumirwa+ kuri Isirayeli, ahubwo wewe n’inzu ya so ni mwe mwarizanye+, kuko mwahevye amabwirizwa ya Yehova+ mugakurikira za Bayali+.
18 Na we avuga ati: “Sinazanye ikumirwa+ kuri Isirayeli, ahubwo wewe n’inzu ya so ni mwe mwarizanye+, kuko mwahevye amabwirizwa ya Yehova+ mugakurikira za Bayali+.