Zaburi 94:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Baguma badudubiza amajambo, baguma bavuga bashirukanya+;Abakora ibibabaza bose baguma biyemera+. Yakobo 1:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Nimba umuntu yibwira ko ari uwusenga mu buryo nyabwo+ yamara ntajiginyike* ururimi rwiwe+, mugabo akabandanya guhenda umutima wiwe bwite+, ugusenga kw’uwo muntu nta co kuba kumaze+. Yakobo 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.
26 Nimba umuntu yibwira ko ari uwusenga mu buryo nyabwo+ yamara ntajiginyike* ururimi rwiwe+, mugabo akabandanya guhenda umutima wiwe bwite+, ugusenga kw’uwo muntu nta co kuba kumaze+.
8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.