Abacamanza 8:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.” Yesaya 44:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo umukorogoshozi w’icuma akoresha umuhoro, yakoze ico gikorwa ku makara; agihingura n’inyundo, akaguma akora ico gikorwa n’ukuboko kwiwe kw’inguvu+. Vyongeye, arashonje, nta nguvu agira. Ntiyanyoye amazi; bituma aruha.
5 Mu nyuma abwira abagabo b’i Sukoti+ ati: “Ndabinginze muhe utumanyu tw’umukate abantu bariko bakurikira intambuko zanje+, kuko barushe nanje nkaba nomye inyuma Zeba+ na Zalumuna+, abami ba Midiyani.”
12 Nayo umukorogoshozi w’icuma akoresha umuhoro, yakoze ico gikorwa ku makara; agihingura n’inyundo, akaguma akora ico gikorwa n’ukuboko kwiwe kw’inguvu+. Vyongeye, arashonje, nta nguvu agira. Ntiyanyoye amazi; bituma aruha.